Eglise Protestante Reformée du Burundi.

Programme d’education


Abo mubona ni abashitsi baje bava mw’ishengero rivukanyi rya CGK yo muri Hollande. Umwe ajejwe ivyerekeye abamissionaire, na projets za missions. Yitwa Arjan HILBERS. Uyo ari hagati. Uwo wundi mushitsi yitwa Genezius DRAYER, nawe ajejwe ama projet yo gufashanya mu vya diyakoni. Bakorera mu gisagara citwa Veenendaal muri Pays-Bas. Bari baje kudushigikira muri Synode yabaye kuva itariki 10 gushika 11 za Rusama 2013. Mwenedata Mariko BAZIKWANKANA ni we yasobanura mu congereza.